ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Ruhuhuma rup. 8
  • Nufashe abana bawe barushirize kwizera Umuremyi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nufashe abana bawe barushirize kwizera Umuremyi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ivyo bijanye
  • Suzuma ibimenyamenya
    Be maso!—2021
  • Ibindi vyofasha umuryango
    Be maso!—2018
  • Ivyogufasha
    Be maso!—2020
  • Baratsinze ukwinubana
    Be maso!—2020
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Ruhuhuma rup. 8

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Nufashe abana bawe barushirize kwizera Umuremyi

Ivyaremwe bitangaza ubuninahazwa bwa Yehova. (Zb 19:1-4; 139:14) Ariko isi ya Shetani yoyo ikwiragiza inyigisho zisiga iceyi Imana ku bijanye n’inkomoko y’ubuzima. (Rm 1:18-25) None wokora iki kugira ukingire abana bawe ntibandukirwe n’izo nyigisho? Nubafashe kuva bakiri bato kugira barushirize kwizera ko Yehova abaho kandi ko abitaho. (2Kr 10:4, 5; Ef 6:16) Numenye ivyo biyumvira ku bijanye n’ivyo babigisha kw’ishure, maze ukoreshe ibikoresho bitandukanye dufise kugira ubakore ku mutima.​—Img 20:5; Yak 1:19.

Serugo ariko yigisha abana biwe ibijanye n’irema; abanyeshure bariko barigishwa ihindagurika; Ivyo urunganwe rwawe ruvuga​—Kwemera Imana

NIMURABE AKAVIDEWO KAVUGA NGO IVYO URUNGANWE RWAWE RUVUGA​—KWEMERA IMANA, MAZE MUCE MUGANIRA KURI IBI BIBAZO:

  • Abantu bakunze kuvuga iki ku bijanye no kwemera Imana?

  • Kw’ishure iwanyu babigisha ibiki?

  • Ni ibiki bikujijura ko Yehova abaho?

  • Wofasha gute umuntu gutahura ko Imana ari yo yaremye vyose?

IBINDI BIKORESHO WOKWIKORAKO:

• Ibiganiro vyo kuri JW.ORG: “Ivyigwa vyanje vya Bibiliya” (Abana batarenza imyaka 3)

• Akavidewo: Nube umugenzi wa Yehova​—‘Yehova ni we yaremye vyose’

• Ibiganiro vyo muri Be maso!: “Vyoba vyariyadukije?”

• Umwimenyerezo wo kuri JW.ORG: “Igituma nemera Imana”

• Ibiganiro vyo kuri JW.ORG: “Vyararemwe canke vyariyadukije?” (ibice bine, mu gifaransa)

• Utuvidewo: “Ico bavuga ku bijanye n’inkomoko y’ubuzima”

• Videwo: Ibitangaza vy’irema birahishura ubuninahazwa bw’Imana (mu gifaransa)

• Agatabu: Vyoba vyararemwe?

• Igitabu: Y a-t-il un Créateur qui se soucie de vous?

Vyoba vyararemwe?

Vyoba vyararemwe?

Aka gatabu k’amabara menshi kagenewe gukoreshwa mu busuku turangura. Ariko abavyeyi boshobora gusanga ari ngirakamaro mu gufasha abana babo bakiri bato kumenya Imana nzima no kuyikunda.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika