Ururirimbo rwa 18
Hezagira umuryango wacu w’abavukanyi
1. Yezu mu bwitonzi
Nantaryo yigisha,
’Mahoro y’Imana
Akabafashisha.
Yarakund’uwo muryango,
Akagir’ishaka;
Yama yicisha bugufi,
Nta rwanko yashaka.
(Icitabirizo)
2. Hahirw’abak’risu
’Jambo bumviriza.
Barahirwa kuko
Bazi kwibwiriza!
Abigishwa ba Yezu bo
Bakund’umuryango
Bakamamaza bwa Bwami
’Joro n’umurango.
(Icitabirizo)
3. Duh’inkuru nziza
Abakund’ukuri.
Bameny’uruhande
Bajak’aho ruri.
Bame baronder’Imana
Umwany’iboneka,
Baze mu muryango wacu
’Shavu bakareka.
(ICITABIRIZO)
Yehova shemezwa;
Nta bwiz’utagira.
Yehova we, Dawe wacu,
Uram’uduhezagira.