ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 57
  • Abantu ba Yehova bahiriwe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Abantu ba Yehova bahiriwe
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Twasezeraniwe ubuzima budahera
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ubuzima butagira iherezo—ngubwo!
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Hungira ku Bwami bw’Imana!
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Imana yarasezeranye Iparadizo
    Ririmbira Yehova amashemezo
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 57

Ururirimbo rwa 57

Abantu ba Yehova bahiriwe

(Zaburi 89:15)

1. Hahirw’abih’akamo k’umunezero

Kubera baronka Imihezagiro.

Tubigishije barashaz’imbere yawe;

Bahirwa bakorey’aho bahawe.

(Icitabirizo)

2. Shetani n’ingabo ziwe barikaza

Natwe tukagwiza Ibikorwa vyiza.

Yehova arah’ubuhungir’abitonda;

Abitunganya bos’azobarinda.

(Icitabirizo)

3. Ntitwihebure ko batatwumvirije

Naho bank’ukuri Tubashikirije.

Tuzitur’Imana kuko twe tubarirwa

Kutadohoka, ’Man’igahimbarwa.

(ICITABIRIZO)

’Buntu bwawe, Man’uragirira

Umunt’izina ryaw’ashigikira.

’Jambo ryawe riraberek’ukuri

Bisung’ivyo biga bwa rumuri.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika