ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 187
  • Ibintu vyose bigizwe bisha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibintu vyose bigizwe bisha
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Ibintu vyose bigizwe bishasha
    Turirimbire Yehova
  • ‘Vyose vyabaye bishasha’
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Ubuzima butagira iherezo—ngubwo!
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Twasezeraniwe ubuzima budahera
    Ririmbira Yehova amashemezo
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 187

Ururirimbo rwa 187

Ibintu vyose bigizwe bisha

(Ivyahishuriwe 21:4)

1. Vy’ukuri bwa Bwami bwaratanguye,

Ku ngoma wa Mwan’aravyagiye.

Yararwanye yarabutsindiye,

Ivy’igomba ni vyo turindiye.

(Icitabirizo)

2. Rab’umugwa Yeruzalemu musha,

Wa mugeni yakak’abonesha.

Yambitsw’ivy’igiciro kurusha,

’Tara ryiwe ni Yehova gusa.

(Icitabirizo)

3. ’Bantu bazohimbarwa n’uwo mugwa.

Amarembo yawo ntiyugarwa.

Amahanga azomurikirwa.

Basuku nimwake mu bikorwa.

(ICITABIRIZO)

Nezerwe yemw’ub’Imana

Be n’abantu birabana.

Ububabare buzoshira,

Eka nta rupfu nta marira

Iman’iti: ‘Ndabigize bisha,

Sinshobora kubesha’.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika