ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • sn ururirimbo 110
  • Ibikorwa bitangaje vy’Imana

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibikorwa bitangaje vy’Imana
  • Turirimbire Yehova
  • Ivyo bijanye
  • Ibikorwa vy’agatangaza vy’Imana
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Ibikorwa vy’Imana bitangaje
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Turemwe mu buryo bw’agatangaza
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Intahemuka zawe bazogushima
    Ririmbira Yehova amashemezo
Ibindi
Turirimbire Yehova
sn ururirimbo 110

Ururirimbo 110

Ibikorwa bitangaje vy’Imana

Integuro icapuwe

(Zaburi 139)

1. Mana, unz’ivyuka n’iryama,

Nicaye cank’iyo mpagurutse.

Urases’ivyo niyumvira vyose,

Ivyo mvuga n’uko

ngend’urabizi pe.

Warambonye nkorwa mw’ibanga,

Ntiwahishijw’amagufa yanje.

Ibingize vyose vyari vyanditswe.

Ndashemez’inzira zawe

zitangaje.

Ubumenyi bwawe butey’akoba;

Ico kintu je ndakizi neza.

Nah’umwiza womir’ukantwikira,

Impwemu yawe yonahansanga.

Nokwihisha he ga Yehova?

Ni he nokwiking’amaso yawe?

Si hejuru, canke epfo mu cobo;

Si mu mwiza, si mu mazi, nta hariho.

(Raba kandi Zab. 66:3; 94:19; Yer. 17:10.)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika