ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • ll igice 7 rup. 16-17
  • Yezu yari nde?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yezu yari nde?
  • Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera
  • Ivyo bijanye
  • Igice ca 7
    Niwumvirize Imana
  • Yezu Kristu ni nde?
    Bibiliya itwigisha iki?
  • Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • Yezu Kirisitu ni nde?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2005
Ibindi
Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera
ll igice 7 rup. 16-17

IGICE CA 7

Yezu yari nde?

Yehova yararungitse Yezu kw’isi. 1 Yohani 4:9

Yezu ari iburyo bw’Imana mw’ijuru

Nimba twipfuza guhimbara Yehova, dutegerezwa kwumviriza uwundi muntu ahambaye. Kera cane imbere y’uko Yehova arema Adamu, yararemye umumarayika w’umunyabubasha.

Mariya yibungenze; Mariya ahejeje kuvyara Yezu

Haciye igihe, Yehova yaramurungitse kugira avukire i Betelehemu biciye ku mwigeme w’isugi yitwa Mariya. Uwo mwana yiswe Yezu.—Yohani 6:38.

Yezu ariko arigisha abantu ivyerekeye Yehova

Igihe Yezu yari kw’isi ari umuntu nkatwe, yaragaragaje neza na neza kamere z’Imana. Yari umuntu akundana, w’umunyabuntu kandi ashikirana. Yarigisha abandi ukuri kwerekeye Yehova adatinya.

Yezu yarakora ibintu vyiza mugabo yaranswe. 1 Petero 2:21-24

Yezu ahejeje kuzura agakobwa; Yezu ariko arakiza umuntu arwaye

Yezu kandi yarakijije abarwayi yongera arazura abantu bamwebamwe bari barapfuye.

Indongozi z’amadini zaranse Yezu kubera yuko yashira ku kabarore inyigisho zabo z’ikinyoma be n’ibikorwa vyabo bibi.

Yezu arakubitwa hama akicwa

Indongozi z’amadini zaroheje Abaroma ngo bakubite Yezu kandi bamwice.

  • Ni kubera iki bihambaye kumenya ivyerekeye Yezu?—Yohani 17:3.

  • Yezu yakoze iki igihe yari mw’ijuru imbere y’uko aza kw’isi?—Abakolosayi 1:15-17.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika