Ku wa mungu
“MWIGUMIZE MU RUKUNDO RW’IMANA”—YUDA 21
MU GITONDO
2:20 Ividewo y’umuziki
2:30 Ururirimbo No. 106 n’isengesho
2:40 INSIGURO Y’IBICE UMUNANI: Mwibuke ko urukundo . . .
Rwiyumanganya kandi rugira ubuntu (1 Abakorinto 13:4)
Rutagira ishari kandi rutiyemera (1 Abakorinto 13:4)
Rutivyimvya kandi rutigenza ukutabereye (1 Abakorinto 13:4, 5)
Rutarondera inyungu zarwo bwite kandi rudakaza ishavu (1 Abakorinto 13:5)
Rutaza ruraharura ikibi rukorewe kandi rutanezererwa ibitagororotse (1 Abakorinto 13:5, 6)
Runezeranwa n’ukuri kandi rurenzako muri vyose (1 Abakorinto 13:6, 7)
Rwemera vyose kandi rwizigira vyose (1 Abakorinto 13:7)
Rwihanganira vyose kandi urukundo ntirwigera runanirwa (1 Abakorinto 13:7, 8)
4:10 Ururirimbo No. 150 n’amatangazo
4:20 INSIGURO YA BOSE ISHINGIYE KURI BIBILIYA: Ni hehe twosanga urukundo nyakuri muri iyi si yuzuye urwanko? (Yohani 13:34, 35)
4:50 Incamake y’Umunara w’Inderetsi
5:20 Ururirimbo No. 1 n’akaruhuko
KU MUHINGAMO
6:35 Ividewo y’umuziki
6:45 Ururirimbo No. 124
6:50 IGIKINO: Ico twigira kuri Yosiya: Kunda Yehova, wanke ikibi—Igice ca 2 (2 Abami 22:3-20; 23:1-25; 2 Ngoma 34:3-33; 35:1-19)
7:20 Ururirimbo “Numpe umutima rugabo” n’amatangazo
7:30 ‘Niwiteho ibikorwa vy’ubuntu bwuzuye urukundo vya Yehova’ (Zaburi 107:43; Abanyefeso 5:1, 2)
8:30 Ururirimbo rushasha n’isengesho risozera