ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • lff ikigabane 3
  • Ibiganiro n’amavidewo vyo mu Gice ca 3

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibiganiro n’amavidewo vyo mu Gice ca 3
  • Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
  • Ivyo bijanye
  • Ibiganiro n’amavidewo vyo mu Gice ca 2
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
  • Ibiganiro n’amavidewo vyo mu Gice ca 4
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
  • Ibiganiro n’amavidewo vyo mu Gice ca 1
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
  • Ibiganiro n’amavidewo
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Raba ico Bibiliya ibivugako
Ibindi
Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
lff ikigabane 3

Ibiganiro n’amavidewo vyo mu Gice ca 3

  1. 34 Twokwerekana gute ko dukunda Yehova?

  2. 35 Ivyodufasha gufata ingingo nziza

  3. 36 Nube imvugakuri muri vyose

  4. 37 Ivyo Bibiliya ivuga ku bijanye n’akazi be n’amahera

  5. 38 Nukenguruke ingabire y’ubuzima

  6. 39 Ingene Imana ibona amaraso

  7. 40 Dushobora gute kuguma tudahumanye imbere y’Imana?

  8. 41 Bibiliya ivuga iki ku bijanye n’igitsina?

  9. 42 Bibiliya ivuga iki ku bijanye no kwubaka be no kutubaka?

  10. 43 Bibiliya ivuga iki ku bijanye no kunywa inzoga?

  11. 44 Imisi mikuru yose yoba ihimbara Imana?

  12. 45 Kutagira aho duhengamiye bisobanura iki?

  13. 46 Kubera iki ukwiye kwiyegurira Yehova maze ukabatizwa?

  14. 47 Woba witeguriye kubatizwa?

34 Twokwerekana gute ko dukunda Yehova?

Nuburanire ukwizera kwawe naho boba bakurwanya (5:09)

RONDERA N’IBINDI

“Ku ntahemuka uzokwerekana ko udahemuka” (16:49)

“Yobu agumana ugutungana kwiwe” (Bibiliya—Irimwo ubutumwa ubuhe? igihimba ca 6)

Nunezereze Yehova (8:16)

Nunanire akosho k’urunganwe! (3:59)

35 Ivyodufasha gufata ingingo nziza

Nuyoborwe n’ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya (5:54)

‘Mugumane ijwi ryo mu mutima ryiza’ (5:13)

RONDERA N’IBINDI

“Nufate ingingo zitera iteka Imana” (Umunara w’Inderetsi, 15 Ndamukiza 2011)

Yehova arayobora abasavyi biwe (9:50)

Kwa Yehova ntawigera ataha zirayoye (5:46)

“Woba wama ukenera itegeko rya Bibiliya?” (Umunara w’Inderetsi, 1 Kigarama 2003)

36 Nube imvugakuri muri vyose

Ni ibiki bituma turonka umunezero?—Ijwi ryo mu mutima ryiza (2:32)

RONDERA N’IBINDI

Niwame uvugisha ukuri (1:44)

Nushitse ivyo usezerana, maze wironkere imihezagiro (9:09)

“Woba utegerezwa kuriha amakori?” (Umunara w’Inderetsi, 1 Nyakanga 2011)

“Naramenye yuko Yehova ari Imana y’imbabazi n’ikigongwe” (Umunara w’Inderetsi, 1 Rusama 2015)

37 Ivyo Bibiliya ivuga ku bijanye n’akazi be n’amahera

Nukorere Yehova ata kwiziganya (4:39)

‘Nubumbwe n’ibintu vy’iki gihe’ (3:20)

Yehova azoturonsa ivyo dukeneye (6:21)

RONDERA N’IBINDI

“Amahera yoba ari umuzi w’ibibi vyose?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

“Bibiliya ivuga iki ku bijanye no gutanga?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

“Twisunze Bibiliya—Akamari” (Be maso!, Ntwarante 2015)

“Narakunda cane amafarasi akoreshwa mu masiganwa” (Umunara w’Inderetsi, 1 Munyonyo 2011)

38 Nukenguruke ingabire y’ubuzima

Nube umuntu yirinda amasanganya (8:34)

Nubone ubuzima nk’uko Imana ibubona (5:00)

RONDERA N’IBINDI

Ururirimbo rwa 141—Ubuzima ni igitangaro (2:41)

“Bibiliya ivuga iki ku bijanye no gukorora inda?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

“‘Inkino ziteye akaga’—Woba ukwiye kwigerezako?” (Be maso!, 8 Gitugutu 2000 mu gifaransa)

“Bibiliya yoba yomfasha igihe noba numva nshaka kwiyahura?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

39 Ingene Imana ibona amaraso

Ingene twohitamwo neza uburyo bwo kuvurwa bujamwo ivy’amaraso (5:47)

Ikiganiro twagiranye n’umuhinga yitwa Massimo P. Franchi, M.D. (1:36)

RONDERA N’IBINDI

“Ibibazo vy’Abasomyi” (Umunara w’Inderetsi, 1 Munyonyo 2000)

“Ibibazo vy’abasomyi” (Umunara w’Inderetsi, 15 Ruheshi 2004)

“Naremeye kubona amaraso nk’uko Imana iyabona” (Be maso!, 8 Kigarama 2003 mu gifaransa 2003)

Yehova arashigikira abarwaye (10:23)

40 Dushobora gute kuguma tudahumanye imbere y’Imana?

Imana ikunda abantu basukuye (4:10)

Nugaragaze ukwigumya (2:47)

Nugire ico ukoze kugira ugume udahumanye (1:51)

“Notsinda gute ingeso yo kwimara inambu y’umubiri ndi jenyene?” (Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro, Igitabu ca 1, ikigabane ca 25)

RONDERA N’IBINDI

Amagara meza be n’isuku—Gukaraba (3:01)

“Ingene umuntu yoheba kunywa itabi” (Be maso!, Mukakaro 2010)

“Amashusho y’ubushegabo yoba ata co atwaye canke ni ishano?” (Umunara w’Inderetsi, 1 Myandagaro 2013)

“Aho ubona umuntu ava kure!” (Umunara w’Inderetsi, No. 4 2016)

41 Bibiliya ivuga iki ku bijanye n’igitsina?

Nimuhunge ubusambanyi (5:06)

Nurwanye ikigeragezo biciye ku gusoma Bibiliya (3:02)

Nugire umutima w’ubukerebutsi (9:31)

RONDERA N’IBINDI

“Bibiliya ivuga iki ku bijanye no kubana mutanditswe?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

“Kuryamana n’uwo musangiye igitsina vyoba ari bibi?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

“Guhuza umunwa n’ibihimba vy’irondoka bwoba ari ubusambanyi koko?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

“Bibiliya irahindura ubuzima bw’abantu” (Umunara w’Inderetsi, 1 Ndamukiza 2011)

42 Bibiliya ivuga iki ku bijanye no kwubaka be no kutubaka?

Abirebange b’abizigirwa (3:11)

Umubano ni uw’ibihe vyose (4:30)

Urashobora gukurikiza amategeko ya Yehova ajanye n’umubano (4:14)

RONDERA N’IBINDI

“Ibibazo vy’abasomyi” (Umunara w’Inderetsi, 1 Mukakaro 2004)

Kwitegurira umubano (11:53)

Narizigira ko azokwiga Bibiliya (1:56)

“Niwubahe ‘ico Imana yaboheye ku ngǒgo imwe’” (Umunara w’Inderetsi, Kigarama 2018)

43 Bibiliya ivuga iki ku bijanye no kunywa inzoga?

Noba notanga inzoga mu rubanza? (2:41)

“Ingeso zanje zari zingeze ahantu” (6:32)

RONDERA N’IBINDI

Nuzirikane imbere yo kunywa (2:31)

“Nugume ubona ivyerekeye inzoga mu buryo bubereye” (Umunara w’Inderetsi, 1 Nzero 2010)

“Ibibazo vy’abasomyi” (Umunara w’Inderetsi, 15 Ruhuhuma 2007)

“Bibiliya irahindura ubuzima bw’abantu” (Umunara w’Inderetsi, 1 Rusama 2012)

44 Imisi mikuru yose yoba ihimbara Imana?

Imisi mikuru idahimbara Imana (5:07)

Nusigure ivyo wemera ubigiranye ukwiyubara (2:01)

Kugaragaza ubwakiranyi ku mahwaniro mpuzamakungu (5:40)

RONDERA N’IBINDI

“Kubera iki Ivyabona vya Yehova badahimbaza imisi mikuru imwimwe?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

“Kubera iki Ivyabona vya Yehova badahimbaza imisi mikuru y’ivuka?” (Ikiganiro co kuri jw.org)

Nukorane ukwiyubara igihe bagutwenze (2:04)

“Barubuye ikintu ciza kuruta Noweli” (Umunara w’Inderetsi, 1 Kigarama 2012)

45 Kutagira aho duhengamiye bisobanura iki?

Abakirisu b’ukuri baguma ata ho bahengamiye—Igice ca 1 (4:28)

Abakirisu b’ukuri baguma ata ho bahengamiye—Igice ca 2 (3:11)

Abakirisu b’ukuri baguma ata ho bahengamiye—Igice ca 3 (1:18)

Abakirisu b’ukuri barakeneye umutima rugabo—Kugira bagume ata ho bahengamiye muri ino si (2:49)

Ivyigwa dukura mu Munara w’Inderetsi: Nugume ataho uhengamiye mw’isi yiciyemwo imice (5:16)

RONDERA N’IBINDI

Yehova ntiyigeze aduheba (3:14)

Nugume ata ho uhengamiye mu biringo muhuriramwo n’abantu benshi (4:25)

“Ku Mana vyose birashoboka” (5:19)

“Umuntu wese azokwiyikorerera uwiwe mutwaro” (Umunara w’Inderetsi, 15 Ntwarante 2006)

46 Kubera iki ukwiye kwiyegurira Yehova maze ukabatizwa?

Nushikanire Imana ibimazi vyawe (3:04)

Nari narihebeye umupira w’amaguru (5:45)

RONDERA N’IBINDI

Urwaruka ruribaza: Nzokoresha gute ubuzima bwanje?—Ico bamwe bahisemwo (6:54)

“Ni kubera iki wokwiyegurira Yehova?” (Umunara w’Inderetsi, 15 Nzero 2010)

Ngutuye Ubuzima (4:30)

“Bibiliya irahindura ubuzima bw’abantu” (Umunara w’Inderetsi, 1 Munyonyo 2012)

47 Woba witeguriye kubatizwa?

Inzira ishikana kw’ibatisimu (3:56)

Urukundo nkunda Yehova rwaratsinze intambamyi (5:22)

Yehova Imana azogufasha (2:50)

RONDERA N’IBINDI

“Hoba hageze ko ubatizwa?” (Umunara w’Inderetsi, Ntwarante 2020)

“Ni igiki kimbuza kubatizwa?” (Umunara w’Inderetsi, Ntwarante 2019)

‘Ni igiki kigutevya kubatizwa?’ (1:10)

Numva ntabibereye (7:21)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika