Nukomeze ukwizera kwawe
MU GITONDO
2:30 Umuziki 2:40
Ururirimbo No. 119 n’isengesho
2:50 Kubera iki twokomeza ukwizera kwacu ubu?
3:05 Woba ubona “Umwe ataboneka”?
3:20 ‘Ukwizera kuva ku co umuntu yumvise’
3:45 Ururirimbo No. 104 n’amatangazo
3:55 “Icamwa c’impwemu ni . . . ukwizera”
4:25 Kwiyegurira Imana no kubatizwa
4:55 Ururirimbo No. 50
KU MUHINGAMO
6:10 Umuziki
6:20 Ururirimbo No. 3
6:25 Ivyabonywe
6:35 Inyigisho y’Umunara w’Inderetsi
7:05 Insiguro y’ibice bitatu: Nufashe abandi gukomeza ukwizera kwabo
• Nufashe umwana wawe w’umuyabaga
• Nufashe uwo wigisha Bibiliya
• Nufashe abo musangiye ukwemera
7:50 Ururirimbo No. 38 n’amatangazo
8:00 ‘Dushinge ijisho ya Mboneza akaba na We atuma ukwizera kwacu kuba ukutagira akanenge’
8:45 Ururirimbo No. 126 n’isengesho