ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • syr22 rup. 2
  • Raporo yo mu 2022 yose ifatiwe hamwe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Raporo yo mu 2022 yose ifatiwe hamwe
  • Raporo yo kw’isi yose y’Ivyabona vya Yehova: Umwaka w’umurimo wa 2022
  • Ivyo bijanye
  • Raporo yo mu 2021 yose ifatiwe hamwe
    Raporo yo kw’isi yose y’Ivyabona vya Yehova: Umwaka w’umurimo wa 2021
  • Raporo yo mu 2019 yose ifatiwe hamwe
    Raporo yo kw’isi yose y’Ivyabona vya Yehova: Umwaka w’umurimo wa 2019
  • Raporo yo mu 2018 yose ifatiwe hamwe
    Raporo yo kw’isi yose y’Ivyabona vya Yehova : Umwaka w’umurimo wa 2018
  • Raporo yo mu 2017 yose ifatiwe hamwe
    Raporo yo kw’isi yose y’Ivyabona vya Yehova: Umwaka w’umurimo wa 2017
Ibindi
Raporo yo kw’isi yose y’Ivyabona vya Yehova: Umwaka w’umurimo wa 2022
syr22 rup. 2

Raporo yo mu 2022 yose ifatiwe hamwe

  • Ibiro vy’amashami vy’Ivyabona vya Yehova: 86

  • Igitigiri c’ibihugu bitanga raporo: 239

  • Amashengero yose hamwe: 117.960

  • Abitavye Icibutso kw’isi yose: 19.721.672

  • Abihereje ku bimenyetso vy’Icibutso kw’isi yose: 21.150

  • Abamamaji bose hamwea: 8.699.048

  • Incahagati y’abamamaji buri kwezi: 8.514.983

  • Iyongerekana ugereranije na 2021: 0,4

  • Ababatijwe bose hamweb: 145.552

  • Incahagati y’abatsimvyic buri kwezi: 1.465.202

  • Incahagati y’abatsimvyi bafasha buri kwezi: 381.310

  • Amasaha yo mu ndimiro yose hamwe: 1.501.797.703

  • Incahagati y’inyigishod zayobowe buri kwezi: 5.666.996

Mu mwaka w’umurimo wa 2022e, Ivyabona vya Yehova basohoye amadolari arenga imiliyoni 242 (nk’amarundi arenga imiliyaridi 490) mu kubungabunga abatsimvyi badasanzwe, abamisiyonari n’abacungezi b’imizunguruko mu gikorwa bashinzwe co mu ndimiro. Kw’isi yose, Ivyabona bose hamwe bakorera ku biro vy’amashami ni 21.629. Bose bari mu Rwego rwo kw’isi yose rw’abasuku badasanzwe b’igihe cose b’Ivyabona vya Yehova.

a Umwamamaji ni umuntu yigisha abigiranye umwete inkuru nziza y’Ubwami bw’Imana. (Matayo 24:14) Kugira umenye ivyo twisunga mu guharura, raba ikiganiro co kuri jw.org kivuga ngo “Kw’isi yose hari Ivyabona vya Yehova bangahe?”

b Wipfuza kumenya ibisabwa kugira umuntu abatizwe mu Vyabona vya Yehova, raba ikiganiro co kuri jw.org kivuga ngo “Ushobora gute kuba Icabona ca Yehova?”

c Umutsimvyi ni Icabona yabatijwe w’intangakarorero, yitanga akamara igitigiri kanaka c’amasaha buri kwezi ariko arigisha inkuru nziza.

d Wipfuza ayandi makuru, raba ikiganiro co kuri jw.org kivuga ngo “Ivyigwa mutanga vya Bibiliya bigirwa gute?”

e Umwaka w’umurimo wa 2022 watanguye ku wa 1 Nyakanga 2021, urangira ku wa 31 Myandagaro 2022.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika