ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • sjj ururirimbo 158
  • «Ntibizocerwa!»

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • «Ntibizocerwa!»
  • Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Ivyo bijanye
  • Woba uzorindira wihanganye?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
  • Niwigire ku kwihangana kwa Yehova na Yezu
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Nubandanye kwihangana
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
  • Twigane ukwihangana kwa Yehova
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2006
Ibindi
Turirimbire Yehova tunezerewe
sjj ururirimbo 158

URURIRIMBO RWA 158

«Ntibizocerwa!»

Integuro icapuwe

(Habakuki 2:3)

  1. Isi yuzuye

    ubwiza ntangere​—

    Mu kuyirema

    warayitondeye.

    We ntuhinduka,

    turavyizera.

    Vuba ugiye

    kuzoyityorora.

    (ICITABIRIZO)

    Mana dushashaye

    kw’iparadiz’iza.

    Nuduh’ukwihangana.

    Tuzi tudakeka

    yuko bizoshika.

    Naho vyofat’igihe,

    «Ntibizocerwa!»

  2. 2. Turindiriye

    abo twabuze.

    Urashashaye

    kuzobagarura.

    Dawe, turazi

    k’ubikundira.

    Duhe kwigana

    uko wihanganye.

    (ICITABIRIZO)

    Mana dushashaye

    kw’iparadiz’iza.

    Nuduh’ukwihangana.

    Tuzi tudakeka

    yuko bizoshika.

    Naho vyofat’igihe,

    «Ntibizocerwa!»

  3. 3. Urarondera

    inziraburyarya,

    Bakizigira

    kuronk’ubuzima.

    Turakorana

    mu kubigisha,

    Bikatugira

    abagenzi bawe.

    (ICITABIRIZO)

    Mana dushashaye

    kw’iparadiz’iza.

    Nuduh’ukwihangana.

    Tuzi tudakeka

    yuko bizoshika.

    Naho vyofat’igihe,

    «Ntibizocerwa!»

    Nuduh’ukwihangana!

(Raba kandi Kol. 1:11.)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika