URURIRIMBO RWA 162
Nzorondera kumenya Imana
1. Twese turakeneye
Kumeny’uwaturemye,
Tukamenya n’igituma
Yadushize kw’isi.
Bamwe ntibabimenya
Kuko batarondera
Mu vyanditswe yaduhaye
Bituma turema.
(ICITABIRIZO)
Mana, nzogushemeza
Kandi name ngukorera.
Dawe, nzokwihebera
Ndazi k’uzomfasha.
Nzokwig’ivyawe
Ngo ndakumenye.
2. Ndazi ko nkwiye kwama
Nzirikan’ivyo niga,
Kugira ngo bikomeze
Ukwizera kwanje.
Es’abatavyitaho
Bokwiga Bibiliya,
Maze na bo bazogire
Amahoro mfise.
(ICITABIRIZO)
Mana, nzogushemeza
Kandi name ngukorera.
Dawe, nzokwihebera
Ndazi k’uzomfasha.
Nzokwig’ivyawe
Ngo ndakumenye.
Mana, nzogushemeza
Kandi name ngukorera.
Dawe, nzokwihebera
Ndazi k’uzomfasha.
Nzokwig’ivyawe
Ngo ndakumenye.
Mana, nzogushemeza
Kandi name ngukorera.
Dawe, nzokwihebera
Ndazi k’uzomfasha.
Nzokwig’ivyawe
Ngo ndakumenye.
(Raba kandi Mat. 5:6; 16:24; Yes. 40:8; Zab. 1:1, 2; 112:1; 119:97; 2 Tim. 4:4.)