ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • T-fam rup. 1-2
  • Abagize umuryango bokora iki kugira babane neza?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Abagize umuryango bokora iki kugira babane neza?
  • Abagize umuryango bokora iki kugira babane neza?
  • Ivyo bijanye
  • Impanuro Yezu yatanze zodufasha gute muri iki gihe?
    Impanuro Yezu yatanze zodufasha gute muri iki gihe?
  • Imana yoba itwitaho?
    Imana yoba itwitaho?
  • Vyoba bishoboka ko tubaho ibihe vyose kandi tunezerewe?
    Vyoba bishoboka ko tubaho ibihe vyose kandi tunezerewe?
  • Intwaro y’Imana izokuraho gute ingorane dufise?
    Intwaro y’Imana izokuraho gute ingorane dufise?
Ibindi
Abagize umuryango bokora iki kugira babane neza?
T-fam rup. 1-2
Abavyeyi bari kumwe n’abana babo kandi bararyohewe.

Abagize umuryango bokora iki kugira babane neza?

«Umwe wese muri mwebwe ategerezwa gukunda umugore wiwe nk’uko yikunda. Umugore na we ategerezwa kwubaha cane umugabo wiwe.»—Abanyefeso 5:33.

Ibindi Bibiliya ivuga

  • Umugabo n’umugore ntibakwiye guhemukiranira.—Matayo 19:​4-6.

  • Abana bakwiye kugamburukira abavyeyi no kububaha. Ivyo bizotuma babaho banezerewe.—Abanyefeso 6:​1-3.

Kugira umenye n’ibindi, nuje kuri jw.org.

Akamenyetso ka kode.

© 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika