Intwaro y’Imana izokuraho gute ingorane dufise?
«Ababisha [ntibazoba] bakiriho . . . abitonda bazokwigabira isi.»—Zaburi 37:10, 11.
Bibiliya ivuga ko iyo ntwaro yitwa Ubwami bw’Imana
Iyo ntwaro iri mw’ijuru.—Daniyeli 2:44; 7:14.
Izotuma turonka ivyo dukeneye vyose.—Yesaya 65:21-23.
Kugira umenye n’ibindi, nuje kuri jw.org.
© 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania