Imana yoba yemera amadini yose?
«Si umuntu wese ambwira ngo: “Mukama, Mukama” azokwinjira mu Bwami bwo mw’ijuru, ahubwo uwukora ivyo Dawe ari mw’ijuru agomba ni we gusa azobwinjiramwo.»—Matayo 7:21.
Ibindi Bibiliya ivuga
Imana ntiyemera amadini yose.—Matayo 7:14, 21-23; Mariko 7:6-8.
Abasenga mu kuri barakundana kandi bakabana mu mahoro n’abandi.—Mika 4:3; Yohani 13:35.
Kugira umenye n’ibindi, nuje kuri jw.org.
© 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania