ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • T-sfr rup. 1-2
  • Ingorane zoba zizokwigera zihera?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingorane zoba zizokwigera zihera?
  • Ingorane zoba zizokwigera zihera?
  • Ivyo bijanye
  • Impanuro Yezu yatanze zodufasha gute muri iki gihe?
    Impanuro Yezu yatanze zodufasha gute muri iki gihe?
  • Imana yoba itwitaho?
    Imana yoba itwitaho?
  • Vyoba bishoboka ko tubaho ibihe vyose kandi tunezerewe?
    Vyoba bishoboka ko tubaho ibihe vyose kandi tunezerewe?
  • Intwaro y’Imana izokuraho gute ingorane dufise?
    Intwaro y’Imana izokuraho gute ingorane dufise?
Ibindi
Ingorane zoba zizokwigera zihera?
T-sfr rup. 1-2
Abagenzi bafise imyaka itandukanye bateramiye hamwe kandi baranezerewe.

Ingorane zoba zizokwigera zihera?

Imana «izohanagura amosozi yose ku maso yabo, kandi urupfu ntiruzoba rukiriho. Nta kigandaro canke amaborogo canke ububabare bizoba bikiriho.»—Ivyahishuwe 21:4.

Ibindi Bibiliya ivuga

  • Imana si yo iduteza ingorane.—Yakobo 1:13.

  • Imana iratwitwararika kandi izokuraho ingorane zidushikira.—Zaburi 34:​17-19.

Kugira umenye n’ibindi, nuje kuri jw.org.

A 2D barcode.

© 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika