ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • wcg rup. 184-185
  • Igihe ca Mesiya n’abigishwa biwe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Igihe ca Mesiya n’abigishwa biwe
  • Gendana n’Imana n’umutima rugabo
  • Ivyo bijanye
  • Mariya Magadalena yari nde?
    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
  • «Nabonye Umukama!»
    Gendana n’Imana n’umutima rugabo
  • Gushika Yezu atanguye igikorwa ciwe
    Yezu ni inzira, ukuri n’ubuzima
  • Mesiya ashika
    Bibiliya—Irimwo ubutumwa ubuhe?
Ibindi
Gendana n’Imana n’umutima rugabo
wcg rup. 184-185
Umugabo n’umugore b’abakirisu bo mu kinjana ca mbere bariko babwira inkuru nziza uwundi mugabo n’umugore bari kw’isoko. Inyuma yaho hari urusengero rw’i Yeruzalemu.

IGICE CA 3

Igihe ca Mesiya n’abigishwa biwe

Integuro icapuwe

Ibivugwa muri iki gice vyabaye mu kiringo c’imyaka nka 100. Mu ntango haravugwa inkuru ya Mariya, Umuyudakazi yicisha bugufi Yehova yashinze ibanga ridasanzwe atari bwigere ashinga uwundi muntu n’umwe. Birangirira ku nkuru ya Yohani, intumwa Yezu yakunda cane. Harimwo n’inkuru z’abantu bagaragaje umutima rugabo nka Yohani Umubatizi, intumwa Petero, Mariya Magadalena, Sitefano hamwe n’intumwa Pawulo. Bose barakeneye umutima rugabo mu bihe bitandukanye. Nk’akarorero, baragize umutima rugabo barabwira abantu ko Yezu ari we Mesiya naho benshi batavyemera. Bariganye Yezu, baramamaza inkuru nziza naho vyatumye abantu babanka bongera barabahama.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika