ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 4/00 rup. 7
  • Inyishu ku Bibazo Vyanyu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Inyishu ku Bibazo Vyanyu
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2000
  • Ivyo bijanye
  • Woba ukoresha neza udukarata twa JW.ORG?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
Igikorwa dukorera Ubwami—2000
km 4/00 rup. 7

Inyishu ku Bibazo Vyanyu

◼ Ni nde akwiye kuronka agakarata karanzi k’iteraniro ry’intara?

Udukarata karanzi tw’iteraniro ry’intara dushobora kuba kirumara cane mu kugenekereza abavukanyi bacu hamwe no mu gutangaza iryo teraniro. Ariko rero, ntidukwiye gupfa kugabanganywa gutyo gusa. Turagenekereza uwukambaye nk’uwuhagaze neza mu vy’impwemu mw’ishengero rinaka ry’Ivyabona vya Yehova.

Ako gakarata kariko aho kwandika izina ry’umuntu n’ishengero arimwo. Uwo muntu rero yoba akwiye kuba yifatanije n’ishengero ryanditsweko, uko bishoboka kwose. Sosiyete irarungikira ishengero ryose agakama k’utwo dukarata. Vyoba bibereye guha agakarata umwamamaji wese yabatijwe n’uwutarabatizwa. Vyongeye, abana hamwe n’abandi bitaba amakoraniro y’ishengero ubudahorereza kandi bariko bagira iterambere ryo gushika ku kugira uruhara mu gikorwa co mu ndimiro boshobora kukaronka. Ntivyoba bibereye guha agakarata karanzi k’iteraniro ry’intara umuntu yaciwe.

Igihe udukarata tubonetse, abakurambere bakwiye kuraba yuko badutanze bakurikije izo nyobozo.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika