ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 7/13 rup. 8
  • Ingene twotanguza ibiyago

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene twotanguza ibiyago
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Ivyo bijanye
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2011
  • Kuki nokwirinda amashusho y’ubushegabo?
    Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro, Igitabu ca 2
  • Amashusho y’ubushegabo yoba ata co atwaye canke ni ishano?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • Kubera iki nokwirinda amasanamu y’ibiterasoni?
    Urwaruka ruribaza
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2013
km 7/13 rup. 8

Ingene twotanguza ibiyago

Gutanguza inyigisho za Bibiliya ku wa gatandatu wa mbere wa Myandagaro

“Abantu nka bose barasenga mu bihe binaka. Wanashaka n’abahakanamana barasenga igihe bari mu ngorane. Woba wibaza ko Imana yumviriza amasengesho yose?” Rindira yishure. Nuce umwereka urupapuro rwa nyuma rw’Umunara w’Inderetsi wo ku wa 1 Myandagaro, maze murabire hamwe ibivugwa munsi y’ikibazo ca mbere mwongere murabe n’imiburiburi kimwe mu vyanditswe vyatanzwe. Numushikirize ibinyamakuru hanyuma muvugane umusi wogaruka kugira muganire ikibazo gikurikira.

Ibimenyeshejwe: Uwu mwerekano ukwiye kugirwa mw’ikoraniro ryo gusohoka mu ndimiro ryo ku wa 3 Myandagaro.

Umunara w’Inderetsi 1 Mukakaro

“Abenshi mu bo twaganiriye barafise amadini barimwo. Ariko abandi bavuze ko bahevye kwizigira amadini yose. Weho ubona gute ibijanye n’idini? [Rindira yishure.] Yezu yaratweretse ico twokwisunga igihe dusuzuma amadini. [Soma Luka 6:44a.] Iki kinyamakuru kirerekana ibintu bimwebimwe mu vyamwa bibi idini ryamye. Kirishura kandi iki kibazo: Hoba hariho idini wokwizigira?”

Be maso! Mukakaro

“Turiko turagendera ababanyi bacu kugira tuganire na bo ingorane itesha umutwe, na yo akaba ari akarenganyo. Hari abantu barwanya akarenganyo mu kugira imyiyerekano. Woba wibaza ko abantu bagira imyiyerekano baroranirwa bagatuma haba amahinduka? [Rindira yishure.] Ehe raba ico Bibiliya ivuga ko kizotuma haba amahinduka kw’isi. [Soma Matayo 6:9, 10.] Iki kinyamakuru kirishura iki kibazo: Imyiyerekano woba ari wo muti?”

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika