UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YOBU 38-42
Gusengera abandi birahimbara Yehova
Yehova yasavye Yobu gusengera Elifazi, Biludadi na Zofari
Yehova yabwiye Elifazi, Biludadi na Zofari ngo baje kwa Yobu batange ikimazi giturirwa
Imana yasavye Yobu ngo abasengere
Yobu amaze kubasengera, yarahezagiwe
Yehova yarahezagiye cane Yobu kubera ukwizera kwiwe n’ukwihangana kwiwe
Yehova yaramukuyeko ivyago, arasubira kugira amagara meza
Abagenzi ba Yobu n’incuti ziwe baramuhojeje ku bijanye n’ivyago vyari vyamushikiye
Yehova yatumye Yobu asubira gutunga, amuha ibingana incuro zibiri ivyo yari yatakaje
Yobu n’umugore wiwe bahavuye bibaruka abandi bana cumi
Yobu yabandanije kubaho imyaka 140, arabona abana biwe, abuzukuru, abuzukuruza n’inzukuru