ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Myandagaro rup. 6
  • “Nimukengurukire Yehova”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Nimukengurukire Yehova”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Ivyo bijanye
  • Nukengurukire Yehova maze uhezagirwe
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
  • Woba uhanze amaso impera?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2004
  • Icanditswe c’umwaka wa 2015
    Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2015
  • Isengesho ry’ugukenguruka
    Turirimbire Yehova tunezerewe
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Myandagaro rup. 6

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ZABURI 106-109

“Nimukengurukire Yehova”

Musa hamwe n’Abisirayeli bariko barakengurukira Yehova

Kubera iki Abisirayeli batatevye kwibagira ingene Yehova yabakijije?

106:7, 13, 14

  • Aho kugumiza amaso kuri Yehova, batanguye kwitwararika cane ukwimerererwa neza n’ivyipfuzo vyabo vy’umubiri

Wokora iki ngo ugire umutima ukenguruka kandi uwuzigame?

106:1-5

  • Guma wibuka imvo nyinshi ufise zo gukenguruka

  • Zirikana icizigiro ufise ku bijanye na kazoza

  • Nushimire Yehova mw’isengesho udomako imihezagiro yaguhaye

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika