ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Kigarama rup. 6
  • Inyigisho iva ku Mana ituma tutinubana

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Inyigisho iva ku Mana ituma tutinubana
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Ivyo bijanye
  • Kwishiramwo nabi abandi ni ingorane ihanze isi yose
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • Kwishiramwo nabi abandi bizohera ryari?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • Ukwinubana​—Woba umaze kwandukirwa?
    Be maso!—2020
  • Iherezo ry’ivyo kwinubana
    Be maso!—2004
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Kigarama rup. 6

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Inyigisho iva ku Mana ituma tutinubana

Yehova ntagira nkunzi. (Ivk 10:34, 35) Aremera abantu “bo mu mahanga yose n’imiryango yose n’ibisata vyose n’indimi zose.” (Ivy 7:9) Ni co gituma ukwinubana canke aka mwana wa mama ata kibanza bifise mw’ishengero ry’abakirisu. (Yak 2:1-4) Inyigisho iva ku Mana yatumye twibera mw’iparadizo yo mu buryo bw’impwemu aho twibonera ukuntu abantu bagenda barahinduka. (Yes 11:6-9) Akigoro tugira ko kurandurana n’imizi agatima ko kwinuba abandi, karerekana ko turiko turigana Imana.​—Ef 5:1, 2.

Johny na Gideon bariko baraha ikaze abana ku Ngoro y’Ubwami

RABA AKAVIDEWO KAVUGA NGO JOHNY NA GIDEON: KERA BARI ABANSI ARIKO UBU NI ABAVUKANYI. CA WISHURA UTU TUBAZO:

  • Kubera iki twovuga ko inyigisho iva ku Mana iruta cane utwigoro abantu bagira two kurwanya amacakubiri n’ukwinubana?

  • Ni igiki kigukora ku mutima uravye umuryango wacu w’abavukanyi ukwiye kw’isi yose?

  • Kuzigama ubumwe bwacu bininahaza gute Yehova?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika