ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Kigarama rup. 8
  • Ukoresha nabi ubukuru ukabutakaza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ukoresha nabi ubukuru ukabutakaza
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Ivyo bijanye
  • Gutozwa indero ni icerekana ko Imana idukunda
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
  • Wari ubizi?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2019
  • Ibikurubikuru vyo mu gitabu ca Yesaya—Igice ca 2
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
  • Ukwubaha Ubukuru—Ni Kuki Ari Ntahara?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2000
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Kigarama rup. 8

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YESAYA 17-23

Ukoresha nabi ubukuru ukabutakaza

Shebuna yari umubwiriza “ahagarikiye inzu.” Ishobora kuba yari inzu y’Umwami Hezekiya. Ni we yaza ubwa kabiri inyuma y’umwami, akaba yari yitezweko vyinshi.

Shebuna ariko ategeka abantu ngo bubake imva azohambwamwo

22:15, 16

  • Shebuna yabwirizwa kwitaho ivyo abasavyi ba Yehova bakeneye

  • Yirondereye ubuninahazwa

22:20-22

  • Yehova yarakuyeho Shebuna amusubiriza Eliyakimu

  • Eliyakimu yarahawe “urupfunguruzo rw’inzu ya Dawidi,” urwagereranya ububasha n’ubukuru

Zirikana: Shebuna yari gukoresha gute ubukuru bwiwe ku neza y’abandi?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika