ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Ndamukiza rup. 7
  • Gira umutima rugabo nka Yeremiya

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Gira umutima rugabo nka Yeremiya
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ivyo bijanye
  • “Nshize amajambo yanje mu kanwa kawe”
    Ijambo Imana itubwira biciye kuri Yeremiya
  • Yehova atuma Yeremiya
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • Ni bande uzohitamwo ngo bakubere abagenzi?
    Ijambo Imana itubwira biciye kuri Yeremiya
  • “Sinshobora kuguma ncereje”
    Ijambo Imana itubwira biciye kuri Yeremiya
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Ndamukiza rup. 7

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YEREMIYA 25-28

Gira umutima rugabo nka Yeremiya

Umuhanuzi Yeremiya abwira abantu yuko Yeruzalemu izosangangurwa

Yeremiya yavuze yuko Yeruzalemu yosanganguwe nka Shilo

26:6

  • Isandugu y’isezerano, iyagereranya ukuhaba kwa Yehova, yarigeze kuba i Shilo

  • Yehova yararetse Abafilisitiya barayifata kandi ntiyigeze igaruka i Shilo

Abaherezi, abahanuzi n’abanyagihugu bafata umuhanuzi Yeremiya

Abaherezi, abahanuzi n’abanyagihugu bose, baciye bahigira kwica Yeremiya

26:8, 9, 12, 13

  • Abantu barafashe Yeremiya kubera yari yavuze ko Yeruzalemu n’urusengero bizosangangurwa

  • Yeremiya ntiyahiye coba ngo atane n’akabando

Umuhanuzi Yeremiya

Yehova yarakingiye Yeremiya

26:16, 24

  • Yeremiya yagumye afise umutima rugabo kandi Yehova ntiyamuhevye

  • Imana yarungitse umusavyi wayo w’umutima rugabo yitwa Ahikamu ngo akingire Yeremiya

Kubera ko Yeremiya yakingiwe na Yehova kandi akamuremesha, yarashoboye kumara imyaka 40 avuga ubutumwa naho butaryohera benshi

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika