ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • wp20 no. 3 rup. 16
  • Woba umaze kuvyibaza?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Woba umaze kuvyibaza?
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2020
  • Ivyo bijanye
  • Twokura he inyishu z’ibibazo bihambaye vyerekeye ubuzima?
    Twokura he inyishu z’ibibazo bihambaye vyerekeye ubuzima?
  • Ubona gute kazoza?
    Ubona gute kazoza?
  • Ubona gute Bibiliya?
    Ubona gute Bibiliya?
  • Ni igiki cotuma mu rugo harangwa agahimbare?
    Ni igiki cotuma mu rugo harangwa agahimbare?
Ibindi
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2020
wp20 no. 3 rup. 16

Woba umaze kuvyibaza?

  • Terefone ngendanwa iri iruhande y’ibikombe bibiri birimwo agakawa. Muri iyo terefone, harimwo agatabu ‘Ukwizera nyakuri kurashobora gutuma ubaho uhimbawe.’

    Kubera iki hari ingorane nyinshi cane kw’isi?

  • Wokura hehe impanuro zogufasha guhangana n’ingorane zigushikira mu buzima?

  • Imana yoba ikwitaho ku giti cawe?​—1 Petero 5:6, 7.

  • Ushobora gute kurushiriza kumenya Imana be n’umugambi wayo?

Abantu amamiliyoni bararonse inyishu zitomoye z’ivyo bibazo mu kwiga Ivyanditswe Vyeranda. Na wewe urashobora kuzironka.

Nimba wipfuza kumenya n’ibindi, nusabe abasohoye iki kinyamakuru bakuronse ku buntu agatabu Ukwizera nyakuri kurashobora gutuma ubaho uhimbawe, canke ugasome kuri www.pr418.com.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika