ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Munyonyo rup. 4
  • Gira ico wigiye ku makosa yawe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Gira ico wigiye ku makosa yawe
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ivyo bijanye
  • Ivyigwa dukura mu gitabu ca Yona
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Yarigiye ku makosa yiwe
    Niwigane ukwizera kwabo
  • Yarigiye ku makosa yiwe
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
  • Yarize icigwa mu bijanye no kugira imbabazi
    Niwigane ukwizera kwabo
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Munyonyo rup. 4

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | OBADIYA 1–YONA 4

Gira ico wigiye ku makosa yawe

Inkuru ya Yona irerekana ko Yehova adaca aduheba igihe dukoze amakosa. Ariko yiteze ko twigira ku makosa yacu maze tukagira ivyo duhinduye.

Yn 1:3

Yona yakoze ikosa irihe igihe Yehova yamushinga igikorwa?

Inzira yo mu mazi iva i Yopa ikaja i Tarushishi

Yn 2:1-10

Ni igiki Yona yasenze asaba kandi Yehova yamwishuye gute?

Yona ariko arasenga ari ku nkengera y’ibahari

Yn 3:1-3

Yona yerekanye gute ko yakuye icigwa ku makosa yiwe?

Inzira iva i Yopa ikaja i Ninewe
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika