UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Umwana w’icangazi agaruka
NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO UMWANA W’ICANGAZI AGARUKA, MUCE MWISHURA IBIBAZO BIKURIKIRA:
Ni ibiki vyerekana ko David yariko arasubira inyuma mu vy’impwemu, kandi umuryango wiwe hamwe n’abakurambere bagerageje kumufasha gute?
Abavyeyi ba David berekanye gute ko ari abavyeyi b’intangakarorero?
Ni ivyigwa ibihe twokura muri iyi videwo mu bijanye no . . .
kwihebera akazi?
kwifatanya n’abagenzi babi?
kwumvira impanuro?
kubabarira abigaye?