ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Myandagaro rup. 2
  • Nugaragaze ko ukenguruka

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nugaragaze ko ukenguruka
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Ni kuki dukwiye kugaragaza ko dukenguruka?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
  • Woba utazogisha ako karyo?
    Igikorwa dukorera Ubwami—2014
  • Niwigishe abana bawe kuba abantu bakenguruka
    Icofasha umuryango
  • “Nzokwishura iki Yehova?”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Myandagaro rup. 2

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | LUKA 17-18

Nugaragaze ko ukenguruka

17:11-18

Abanyamibembe cumi bariko basaba Yezu ngo abagirire imbabazi, barahumanuka, ariko umwe gusa ni we agaruka gushimira Yezu

Iyi nkuru itwigisha iki ku bijanye no gukenguruka?

  • Gukenguruka si ikintu dukwiye kwiyumvamwo gusa, turakwiye no kubiserura mu majambo

  • Gukenguruka bivuye ku mutima birerekana ko umuntu afise urukundo ruranga abakirisu be n’uko afise urupfasoni

  • Uwipfuza guhimbara Kristu wese akwiye gukunda abantu bose no kubashimira, ataravye igihugu bavamwo, ubwoko bwabo canke idini barimwo

Ni ryari mperuka gushimira umuntu yamfashije?

Ni ryari mperuka kwandikira umuntu agakete ko kumushimira?

Umwamamaji ariko yandika agakete ko gukenguruka
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika