ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Gitugutu rup. 6
  • “Ntimuri ab’isi”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Ntimuri ab’isi”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Yohani 16:33: «Jewe naranesheje isi»
    Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya
  • Urashobora kugira umutima rugabo!
    Gendana n’Imana n’umutima rugabo
  • «Ya ntambwe yo mu muryango wa Yuda»
    “Ingo unkurikire”
  • “Gira umutima rugabo . . . ukore”
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Gitugutu rup. 6
Yezu ariko araganira n’intumwa ziwe z’intahemuka

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YOHANI 15-17

“Ntimuri ab’isi”

15:19, 21; 16:33

  • Yezu yaratsinze isi mu buryo bw’uko atigeze arondera kumera nka yo mu buryo na bumwe

  • Abayoboke ba Yezu bokeneye umutima rugabo kugira bagume batandujwe n’inyifato be n’ibikorwa vy’abantu babakikuje

  • Kuzirikana ku karorero ka Yezu uwatsinze isi, birashobora gutuma tugira umutima rugabo wo kumwigana

Ni ibiki vyohava bituma ntoroherwa no kuguma nitandukanije n’isi?

Ni ibiki isi ikwiragiza vyohava bibangamira akigoro ngira ko kuguma nitandukanije na yo?

Umuvukanyi akiri muto yanse kugira uruhara mu bikorwa bijanye no guhayagiza igihugu; umuvukanyi yanse akazi kanaka; umuvukanyi ariko arabwira inkuru nziza abo mu runganwe rwiwe; umugabo n’umugore bariko baravugana n’umuganga
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika