ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Ndamukiza rup. 7
  • Yehova ni “Imana y’uruhoza rwose”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yehova ni “Imana y’uruhoza rwose”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • “Murirane n’abarira”
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
  • Nuhumurize abatuntuye
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
  • Niwizigire Yehova, we “Mana y’uruhoza rwose”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • Ingene imana itanga uruhoza
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2016
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Ndamukiza rup. 7
Abantu batuntuye bicaye aho barindirira muganga

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | 2 ABAKORINTO 1-3

Yehova ni “Imana y’uruhoza rwose”

1:3, 4

Kimwe mu vyo Yehova akoresha mu kuduhoza ni ishengero. Ni ibintu bimwebimwe ibihe twokora kugira twirure ababuze ababo?

  • Nubumvirize utabaciramwo

  • ‘Nurirane n’abarira.’​—Rm 12:15

  • Nubandikire agakete canke akamesaje ko kubaremesha.​—w17.07 15, uruzitiro

  • Nusenge uri kumwe na bo wongere ubasengere

Abenshi barahumurijwe n’Ivyanditswe bikurikira:

  • “Yehova ari hafi y’ab’umutima umenetse; kandi abajanjaguritse mu mutima arabakiza.”​—Zb 34:18

  • “Igihe ivyiyumviro vyanje bidurumbanya vyaba vyinshi muri jewe, ivyo [Yehova yiruza] vyaciye bitangura gukuyakuya umutima wanje.”​—Zb 94:19

  • “Umukama wacu Yezu Kristu ubwiwe be n’Imana Data wa twese yadukunze ikaduha uruhoza rw’ibihe bidahera be n’icizigiro ciza biciye ku buntu ata wari abukwiriye, bahoze imitima yanyu bongere babashikamishe.”​—2Ts 2:16, 17

Umuntu ariko yandika ku gakarata icanditswe kiremesha
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika