ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Myandagaro rup. 4
  • “Ugene abagabo b’inararibonye”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Ugene abagabo b’inararibonye”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Ibibazo vy’abasomyi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
  • Abacungezi n’Abakozi b’Ishengero Bagenwa mu Buryo bwa Tewokarasi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2001
  • Ingene ishengero ritunganijwe
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
  • Abacungezi bo kuragira ubusho
    Ishirahamwe rikora ivyo Yehova agomba
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Myandagaro rup. 4

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | TITO 1–FILEMONI

“Ugene abagabo b’inararibonye”

Tt 1:5-9

Tito ari kumwe n’abavukanyi bamwebamwe bo mw’ishengero ryo mu kinjana ca mbere

Paulo yasavye Tito “[kugena] abagabo b’inararibonye mu gisagara no mu kindi.” Ico gikorwa gishingiye ku Vyanditswe n’ubu kiracakurikizwa igihe abacungezi bagena abavukanyi mw’ishengero.

INAMA NYOBOZI

Mu buryo buhuye n’icitegererezo co mu kinjana ca mbere, Inama Nyobozi yarajeje abacungezi b’imizunguruko ibanga rikomeye ryo kugena abakurambere n’abakozi b’ishengero.

Akarongo kagabura

ABACUNGEZI B’IMIZUNGURUKO

Umucungezi w’umuzunguruko wese ategerezwa gusuzuma yitonze kandi abijanisha n’isengesho amarata abakurambere bagize maze akagena abagabo bakwije ibisabwa.

Akarongo kagabura

ABAKURAMBERE BAGENYWE

Abakurambere n’aho boba bamaze kugenwa bakwiye kubandanya bashitsa neza ivyo basabwa n’Ivyanditswe.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika