ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Gitugutu rup. 4
  • “Iherezo ry’ibintu vyose riregereje”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Iherezo ry’ibintu vyose riregereje”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Ubwakiranyi ni kamere nziza dukeneye cane!
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
  • ‘Shishikare Ubwakrabashitsi’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1996
  • Ingene tworushiriza gukundana
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2023
  • Nusangire n’abandi “ibintu vyiza” mu kuba umwakiranyi (Mat. 12:35a)
    Igikorwa dukorera Ubwami—2014
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Gitugutu rup. 4

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | 1 PETERO 3-5

“Iherezo ry’ibintu vyose riregereje”

4:7-9

Umuvukanyi akiri muto yicaye mu ntebe ariko arasenga

Tugiye gushikirwa n’amakuba akomeye, atigeze kubaho kw’isi. None twoshobora gute kuguma dukomeye mu vy’impwemu ubu no mu gihe kiri imbere?

  • Nusenge udahorereza, ukoresheje ubwoko bwose bw’amasengesho

  • Nukunde cane abavukanyi na bashiki bacu, urushirize kubiyegereza

  • Nube umwakiranyi

Umugabo n’umugore wiwe bazaniye imfungurwa n’ivyambarwa sebibondo n’utwana twiwe tubiri; Ivyabona vya Yehova bariko barasanura inzu inyuma y’icago c’icaduka

NIWIBAZE UTI: ‘Ni mu mice iyihe nokwerekana ko nkunda cane abavukanyi turi kumwe be n’abo hirya no hino kw’isi, nkongera nkabagaragariza ubwakiranyi?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika