ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Munyonyo rup. 4
  • Dutegerezwa kurwana kugira tugume mu kuri

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Dutegerezwa kurwana kugira tugume mu kuri
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • ‘Nurwane Intambara Ikomeye y’Ukwizera’!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1998
  • Ibikurubikuru vyo mu makete ya Yohani no mw’ikete rya Yuda
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
  • Umvira ubutumwa bwa Yuda
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Impanuro zerekeye ukwizera, ingeso be n’urukundo
    Bibiliya—Irimwo ubutumwa ubuhe?
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Munyonyo rup. 4

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | 2 YOHANI 1-13; 3 YOHANI 1-14–YUDA 1-25

Dutegerezwa kurwana kugira tugume mu kuri

Yuda 3

Umugabo ariko arihata kugira ace mw’irembo ripfunganye

Yezu yaduhimirije ati: “Nimwihate rwose kugira ngo mwinjire muciye mu muryango waga.” (Lk 13:24) Ivyo Yezu yavuze bisobanura ko dutegerezwa kunyinyana, tukihata cane kugira twemerwe n’Imana. Mwene wabo na Yezu ari we Yuda yarahumekewe kwandika ibisa n’ivyo, maze aduhimiriza “kurwana intambara ikomeye yo kurwanira ukwizera.” Harakenewe rero utwigoro kugira ngo:

  • Twirinde ubuhumbu.​—Yuda 6, 7

  • Twubahe abafise ubukuru mw’ishengero.​—Yuda 8, 9

  • Twiyubake ku ‘kwizera kweranda rwose,’ ni ukuvuga inyigisho za gikirisu.​—Yuda 20, 21

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika