ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Ruheshi rup. 7
  • “Nzobana n’akanwa kawe”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Nzobana n’akanwa kawe”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • “Ntimwiganyire ku kintu na kimwe”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Niwigane ukwizera kwa Musa
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
  • Numenye inzira za Yehova
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2005
  • Woba ubona “Umwe ataboneka”?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Ruheshi rup. 7
Musa na Aroni barengutse imbere ya Farawo ari kumwe n’abakozi bo kirimba ca Misiri.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | KUVAYO 4-5

“Nzobana n’akanwa kawe”

4:10-15

Musa abifashijwemwo na Yehova, yaratsinze ubwoba. Ni ibiki twigira ku vyo Yehova yabwiye Musa?

  • Dukwiye kwirinda kuguma twibanda ku vyo tudashoboye

  • Dukwiye kwizera ko Yehova azoduha ivyo dukeneye vyose kugira turangure ibikorwa dushingwa

  • Kwizera Imana ni vyo bituma tudatinya abantu

Umuvukanyi ariko araburanira ukwizera kwiwe imbere ya sentare.

Yehova yamfashije gute gutsinda intambamyi mu busuku?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika