ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Nzero rup. 10
  • Ingene woronka umuhezagiro wa Yehova

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene woronka umuhezagiro wa Yehova
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Yehova araha intoranwa abasavyi biwe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Kubera iki twobumbwa n’ivyo dufise kandi tukifata ruto?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ingene twungukira ku misi mikuru y’ibiringo
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Umwaka wa Yubile uratwibutsa umwidegemvyo wo muri kazoza
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Nzero rup. 10

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ingene woronka umuhezagiro wa Yehova

Niwirinde Imana ata co zimaze (Lw 26:1; w08 15/4 4 ing. 8)

Nusenge Yehova nk’uko abidusaba (Lw 26:2; it-2 753 ing. 2)

Nugamburuke amabwirizwa yiwe (Lw 26:3, 12; w91 1/3 17 ing. 10)

Abisirayeli bihatiye kugamburuka amategeko ya Yehova badahemuka baragiraniye amahoro na we barironkera n’iyindi mihezagiro myinshi.

Umugabo n’umugore wiwe bariko baramamaza ku mugaragaro mu gihe abarengana bafise ibintu baguze abandi bari mu miduga izimvye.

Mu bintu bikurikira, ni ibihe uriko urungukirako kubera umuhezagiro wa Yehova?

  • Ubumenyi butagira amakosa bwo muri Bibiliya

  • Amahoro yo mu mutima

  • Ubuzima bwo mu rugo buhimbaye

  • Icizigiro ca kazoza

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika