ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Rusama rup. 15
  • “Hari ikindi Yehova Imana yawe agusaba?”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Hari ikindi Yehova Imana yawe agusaba?”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Gukorera Yehova si amananiza
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ibivugwa muri Bibiliya vyarabaye, si ibitito
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Nugire ico wigiye ku mvugo ngereranyo zo mu ruririmbo rwahumetswe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Woba uzwi neza nka Yobu?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Rusama rup. 15

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

“Hari ikindi Yehova Imana yawe agusaba?”

Nugamburukire Yehova kubera umutinya kandi umukunda (Gus 10:12; w09 1/10 10 ing. 3-4)

Kugamburuka bizana imihezagiro (Gus 10:13; w09 1/10 10 ing. 6)

Yehova yipfuza ko tumwiyegereza (Gus 10:15; cl 16 ing. 2)

Yehova ntaduhata ngo tumugamburukire. Ahubwo ashaka ko tumukunda kandi tukamugamburukira “bivuye ku mutima.” (Rm 6:17) Abahitamwo gukorera Yehova bagira ubuzima bwiza kuruta ubundi bwose.

Udufoto: Umukobwa ahitamwo gukorera Yehova. 1. Ariko aranywa inzoga n’itabi. 2. Arakozwe ku mutima cane n’ivyo ariko ariga muri Bibiliya. 3. Arahimbawe no kuganira n’abagenzi biwe bakorera Yehova.
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika