ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Mukakaro rup. 15
  • Nugire ico wigiye ku mvugo ngereranyo zo mu ruririmbo rwahumetswe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nugire ico wigiye ku mvugo ngereranyo zo mu ruririmbo rwahumetswe
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Gukorera Yehova si amananiza
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • “Hari ikindi Yehova Imana yawe agusaba?”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Woba uvyibuka?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2020
  • ‘Iyi mihezagiro yose izoguhamvya’
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Mukakaro rup. 15

Musa ariko arigisha Abisirayeli ururirimbo rutera iteka Yehova

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nugire ico wigiye ku mvugo ngereranyo zo mu ruririmbo rwahumetswe

Ivyo twigisha birashobora kuba nk’ikime (Gus 32:2, 3; w20.06 10 ing. 8-9; raba ishusho iri ku gipfukisho c’aka gatabu)

Yehova ni Igitandara (Gus 32:4; w09 1/5 14 ing. 4)

Yehova arakingira abasavyi biwe nk’uko inkona ikingira ivyana vyayo (Gus 32:11, 12; w01 1/10 20 ing. 7)

Udufoto: Imvugo ngereranyo dusanga mu Gusubira mu vyagezwe ikigabane ca 32. 1. Amama y’ikime ari ku mababi y’ivyatsi. 2. Igitandara kitanyiganyiga, kimeze nk’umusozi. 3. Inkona iriko irakingira ivyana vyayo.

Wokura hehe ibigereranyo vyiza wokoresha igihe wigisha?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika