ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Mukakaro rup. 7
  • Ubuzima bw’umuntu ni ubw’agaciro kuri Yehova

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ubuzima bw’umuntu ni ubw’agaciro kuri Yehova
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Nuhungire kuri Yehova
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • “Tora umuhungu wawe”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Woba uvyibuka?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
  • Ukuntu Yehova ashaka ko tumusenga
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Mukakaro rup. 7

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ubuzima bw’umuntu ni ubw’agaciro kuri Yehova

Ibisagara vy’ubuhungiro vyari ahantu horoshe gushika (Gus 19:2, 3; w17.11 14 ing. 4)

Ibisagara vy’ubuhungiro vyari bigenewe gukingira Abisirayeli ngo ntibagirwe n’amaraso (Gus 19:10; w17.11 15 ing. 9)

Kwanka umuvukanyi birashobora gutuma twagirwa n’amaraso (Gus 19:11-13; it-2 892)

NIWIBAZE UTI: ‘Ni mu buryo bumwebumwe ubuhe nokwerekana ko mbona ubuzima nk’uko Yehova abubona?’

Udufoto: 1. Umuvukanyi ariko anyonga imodoka yongera yandika mesaje. 2. Wa muvukanyi nyene ariko yandika mesaje ari iruhande y’imodoka yiwe ihagaze.
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika