ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Nyakanga rup. 14
  • “Tora umuhungu wawe”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • “Tora umuhungu wawe”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Abari kumwe natwe ni benshi kuruta abari kumwe na bo
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Nuhungire kuri Yehova
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • ‘Akīra umwana wawe’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2010
  • Nufashe abakiri bato kuroranirwa
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Nyakanga rup. 14
Umunyashunemukazi ariko aragumbirana umunezero umuhungu wiwe ahejeje kuzuka, Elisha akaba ariko aramwitegereza.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

“Tora umuhungu wawe”

Umugore umwe w’Umunyashunemukazi yaragaragarije Elisha ubwakiranyi budasanzwe (2Bm 4:8-10)

Yehova yaramuhezagiye mu kumuha umwana w’umuhungu (2Bm 4:16, 17; w17.12 4 ing. 7)

Yehova yarakoresheje Elisha mu kuzura umwana w’uwo mugore (2Bm 4:32-37; w17.12 5 ing. 8)

Woba ufise intuntu kubera ko wabuze umwana wawe? Yehova aratahura umubabaro ufise. Vuba agiye kumuzura asubire kubaho. (Yb 14:14, 15) Ese ukuntu uwo musi uzoba uteye umunezero!

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika