UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Ico abavyeyi bokwigira kuri Manowa n’umugore wiwe
Nube intangakarorero mu kuba umwizigirwa ku Mana y’ukuri (Abc 13:1, 2, 6)
Nurondere kuyoborwa na Yehova (Abc 13:8; w13 15/8 16 ing. 1)
Ntureke gukosora umwana wawe (Abc 14:1-4; w05 15/3 25 ing. 5)
Ni ibikoresho ibihe vyofasha abavyeyi kurera abana babo biboneka mu rurimi rwanyu?