ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Mukakaro rup. 1
  • Ingene twokoresha uburyo bwo gutanguza ibiyago

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene twokoresha uburyo bwo gutanguza ibiyago
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Ingene twokoresha uburyo bwo gutanguza ibiyago
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ingene twotanguza ibiyago dukoresheje udupapuro tw’inkuru nziza
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro​—Tegura uburyo bwawe bwo gushikiriza ibinyamakuru
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Mukakaro rup. 1
Udufoto: 1. Mushiki wacu n’umugabo wiwe bariko barakoresha agatabu “Urashobora kwiberaho ibihe bidahera” mu kubwira inkuru nziza umugore umwe basanze ku muhana. 2. Wa mushiki wacu ariko arashikiriza ikiganiro mw’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu akoresheje ka gatabu “Urashobora kwiberaho ibihe bidahera.”

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ingene twokoresha uburyo bwo gutanguza ibiyago

Abavukanyi barazirikana cane mu kudutegurira uburyo bwo gutanguza ibiyago, kandi abamamaji benshi basanze ubwo buryo ari ngirakamaro mu vyibare vyabo. Ariko rero, kubera ko ibintu bitifashe kumwe hose, abamamaji barashobora gukoresha mu ndimiro ubundi buryo canke ikindi ciyumviro coshimisha abantu bo mu cibare cabo. Mugabo ku bijanye n’isekeza ridasanzwe, twese dukwiye kwisunga ubuyobozi buba bwatanzwe. Intumbero yacu ni ukurangura igikorwa Yezu yadushinze co kwamamaza inkuru nziza y’Ubwami.​—Mt 24:14.

Ku bijanye n’ibiganiro vy’abanyeshure, abamamaji bakwiye kwisunga iciyumviro catanzwe mu gatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu. Ariko rero, kiretse igihe vyerekanywe ukundi, barashobora guhindura ikibazo, icanditswe, ikibazo c’ubukurikira, canke ikiringo bivanye n’ivyoba ngirakamaro mu cibare cabo. Ivyo bihinduye ubuyobozi bwari bwatanzwe mu gatabu k’ikoraniro ko muri Ruheshi 2020, ku rupapuro rwa 8.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika