ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Mukakaro rup. 10
  • Agaciro k’ubukerebutsi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Agaciro k’ubukerebutsi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • «Ubukerebutsi buva mw’ijuru» bwoba buriko burakora mu buzima bwawe?
    Niwiyegereze Yehova
  • Isengesho riranga ukwicisha bugufi kandi rivuye ku mutima Salomo yatuye ku mugaragaro
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Barakoze baratama babitumwe n’urukundo
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • 15 Urusengero mu gihe ca Salomo
    Bibiliya y’isi nshasha
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Mukakaro rup. 10
Salomo ariko acira urubanza abamaraya babiri, umwe wese akaba ariko avuga ko umwana ari rwiwe.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Agaciro k’ubukerebutsi

Salomo yarasavye Yehova ubukerebutsi (1Bm 3:7-9; w11 15/12 8 ing. 4-6)

Yehova yarahimbawe n’ivyo Salomo yasavye (1Bm 3:10-13)

Kubera ko Salomo yaha agaciro ubukerebutsi buva ku Mana, Isirayeli yabayeho mu mutekano (1Bm 4:25)

Umuntu w’inkerebutsi ashira hamwe ubumenyi n’ugutahura maze akabikoresha mu buryo ngirakamaro. Ubukerebutsi buri n’agaciro kuruta inzahabu. (Img 16:16) Turashobora kuronka ubukerebutsi mu kubusaba Imana, mu kuyitinya, mu kwicisha bugufi, mu kwifata ruto no mu gucukura mw’Ijambo ryayo.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika