ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Munyonyo rup. 5
  • Yarakoranye umutima rugabo, umwiyemezo n’umwete

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yarakoranye umutima rugabo, umwiyemezo n’umwete
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Yehu ashigikira ugusenga gutyoroye
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • Umwamikazi mubi
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • “Inzu ya Ahabu yose itegerezwa kuyogera”​—2Bm 9:​8
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Yarihanganiye akarenganyo
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Munyonyo rup. 5
Yehu ari mu mukogote, ariko arabwira umutegetsi wo ku kirimba ngo akororere Yezebeli hasi amucishije mw’idirisha.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yarakoranye umutima rugabo, umwiyemezo n’umwete

Yehova yarahaye Yehu itegeko ryo gukuraho abantu bose bo mu nzu y’umwami mubi Ahabu (2Bm 9:6, 7; w11 15/11 3 ing. 2)

Yehu yaciye agamburuka adatebaganye, arica Umwami Yehoramu (umuhungu wa Ahabu) n’Umwamikazi Yezebeli (yahora ari umugore wa Ahabu) (2Bm 9:22-24, 30-33; w11 15/11 4 ing. 2-3; raba uruzitiro ruvuga ngo “‘Inzu ya Ahabu yose itegerezwa kuyogera’​—2Bm 9:8”)

Yehu yarasozereye igikorwa yatumwe, aragaragaza umutima rugabo, umwiyemezo n’umwete (2Bm 10:17; w11 15/11 5 ing. 3-4)

NIWIBAZE UTI: ‘Nokwigana gute Yehu igihe nshitsa itegeko riri muri Matayo 28:19, 20?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika