ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Munyonyo rup. 6
  • Kubera iki abakirisu bakwiye kurondera guterwa uduteka?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Kubera iki abakirisu bakwiye kurondera guterwa uduteka?
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Bashiki bacu borushiriza gute gukorera Yehova?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ingene woshika ku migambi ufise yo mu vy’impwemu
    Igikorwa dukorera Ubwami—2006
  • Umugabo wiwe ‘ni umuntu azwi neza mu marembo’
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Dutsimbataze kamere zishimwa n’Imana—Ukwizera
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Munyonyo rup. 6

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Kubera iki abakirisu bakwiye kurondera guterwa uduteka?

Abavukanyi na bashiki bacu barakora uko bashoboye kwose kugira ngo baterwe uduteka mu vy’impwemu, nko kuba abatsimvyi, gukorera kuri Beteli canke kwubaka Ingoro z’Ubwami. N’ikindi kandi, abavukanyi bararondera guterwa agateka ko kuba abakurambere. (1Tm 3:1) Ivyo vyoba bisobanura ko abakirisu bakwiye guhahamira agateka kanaka, biyumvira ko kazotuma baboneka ko bahambaye?

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO KUBERA IKI WORONDERA GUSHIKIRA AMABANGA? (1TM 3:1), MUCE MWISHURA IBIBAZO BIKURIKIRA:

Ivyanditswe bikurikira vyodufasha gute gutahura imvo zitatu zotuma turondera gushikira amabanga?

  • Mt 5:14-16

  • 1Tm 4:15

  • Heb 5:14–6:1

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika