ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Nzero rup. 8
  • Urashobora kurangura ibikorwa bigoye ubifashijwe na Yehova

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urashobora kurangura ibikorwa bigoye ubifashijwe na Yehova
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Woba ushobora kwigana Finehasi igihe ushikiwe n’ibintu bitoroshe?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • Impanuro iranga urukundo umuvyeyi aha umwana wiwe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Nugume utinya gukora ibidahimbara Yehova
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Nufashe abakiri bato kuroranirwa
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Nzero rup. 8

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Urashobora kurangura ibikorwa bigoye ubifashijwe na Yehova

Abalewi bari bajejwe kurinda amarembo bari bafise ibanga rikomeye (1Ng 9:26, 27; w05 1/10 9 ing. 8)

Finehasi ni we yari umukuru w’abarinzi b’amarembo kw’itaberenakulo mu gihe ca Musa (1Ng 9:17-20a)

Yehova yarafashije Finehasi kurangura ibanga yari ajejwe (1Ng 9:20b; w11 15/9 32 ing. 7)

Udufoto: 1. Mushiki wacu akiri muto ariko arakoresha ikimashini amahero mu bwubatsi. 2. Umugabo n’umugore bitereye mu myaka bariko bamamaza bakoresheje telefone. 3. Umugabo n’umugore bariko bamamaza ahari inkenero y’abamamaji b’Ubwami.

Yehova aradushinga ibikorwa vyinshi bihambaye. Hamwe vyoshika ntubone neza ingene worangura igikorwa kanaka, nusenge Yehova wongere usabe umukirisu ahumuye agufashe.​—Fp 2:13.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika