ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Ntwarante rup. 2
  • Ivyo ku rusengero vyaratunganijwe neza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ivyo ku rusengero vyaratunganijwe neza
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Igikorwa c’Abalewi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ingingo ngenderwako zijanye no guca imanza mu bugororotsi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ingene Itegeko ryagaragaza ko Yehova yitwararika abakene
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo twigira kw’ikambi ya Isirayeli
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Ntwarante rup. 2

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ivyo ku rusengero vyaratunganijwe neza

Umwami Dawidi yaratunganije Abalewi n’abaherezi kugira bakorere ku rusengero (1Ng 23:6, 27, 28; 24:1, 3; it-2 133, 657)

Abahanga mu vy’umuziki hamwe n’abiga barashinzwe igikorwa c’umuziki (1Ng 25:1, 8; it-2 358)

Abalewi bashinzwe kuba abarinzi b’amarembo, abanyabigega n’abandi barongozi (1Ng 26:16-20; it-1 620)

Abavukanyi na bashiki bacu imbere y’uko ikoraniro ritangura. 1. Bararamukanya bakongera bakayaga. 2. Umuvukanyi ariko arereka mushiki wacu ivyashizwe ku kibaho c’amatangazo. 3. Mushiki wacu umwe ariko arashira intererano mu gasandugu k’intererano. 4. Umuvukanyi ari aho batangira ibitabu akaba ariko araha mushiki wacu igitabu. 5. Umuvukanyi ariko aratunganya mikoro ku mukiruruko. 6. Umuvukanyi n’agahungu kiwe bariko barakubura.

Dusenga Yehova mu buryo butunganije neza kubera ko ari Imana y’urutonde.—1Kr 14:33.

IVYO KUZIRIKANAKO: Ni gute ishengero rya gikirisu ritunganijwe neza ku bijanye no gusenga Yehova muri iki gihe?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika