ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Ntwarante rup. 5
  • Umwami Salomo afata ingingo itaranga ubukerebutsi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Umwami Salomo afata ingingo itaranga ubukerebutsi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Salomo umwami w’inkerebutsi
    Bibiliya—Irimwo ubutumwa ubuhe?
  • Yoba akubera akarorero keza canke akubera imburi?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • “Niwizere Yehova Imana yawe”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Nube isoko ry’indemesho mu bihe vy’ingorane
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Ntwarante rup. 5
Umwami Salomo ariko ararimbura ingingo yofata. Udufoto: 1. Igisagara gikingijwe ibihome. 2. Amafarasi n’imikogote. 3. Abagabo babiri bariko barubaka impome z’amabuye n’umwete.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Umwami Salomo afata ingingo itaranga ubukerebutsi

[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca 2 Ngoma.]

Salomo yarirundanirije amafarasi n’imikogote akuye mu Misiri (Gus 17:15, 16; 2Ng 1:14, 17)

Hari hakenewe abantu n’ibisagara vyiyongereye kugira iyo mikogote n’ayo mafarasi vya gisirikare vyitwararikwe (2Ng 1:14; it-1 181 ing. 3; 430)

Naho abantu bari babayeho neza mu gice ca mbere c’ingoma ya Salomo, mu nyuma yarabashizeko imizigo iremereye. Igihe umuhungu wiwe Rehobowamu yaba umwami, baciye bagarariza kubera ko yarushirije kubakandamiza. (2Ng 10:3, 4, 14, 16) Ingingo dufata zama zigira ingaruka.—Gl 6:7.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika