ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Rusama rup. 9
  • Yehova “ni se w’impfuvyi”

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yehova “ni se w’impfuvyi”
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Ingingo zerekana ko twizigira Yehova
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Nukoreshe ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya kugira ufashe abana bawe kuroranirwa
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • «Nimwihitiremwo . . . uwo muzokorera»
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2025
  • Niwifate ruto wemere ko hari ivyo utazi
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2025
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Rusama rup. 9
Wa muvukanyi akiri muto yerekanywe mu kiganiro kivuga ngo “Urashobora gukorera Yehova naho abavyeyi batoba barakubereye akarorero keza” ariko araganira n’umuvukanyi ahumuye bariko bakorana indimiro.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Yehova “ni se w’impfuvyi”

Buri mwaka, abakiri bato benshi barahitamwo kuba abagenzi ba Yehova. (Zb 110:3) Yehova aritwararika cane umwe wese muri mwebwe. Aratahura ingorane ucamwo kandi agusezeranira kugufasha kugira umukorere. Nimba urezwe n’umuvyeyi umwe, niwibuke ko Yehova acika “se w’impfuvyi.” (Zb 68:5) Biciye ku nyigisho Yehova akuronsa, urashobora kuroranirwa uko vyoba vyifashe kwose muhira.​—1Pt 5:10.

Ishusho yakuwe mw’ividewo ivuga ngo “Abaroranirwa mu kurwanira ukwizera​—Abarezwe n’umuvyeyi umwe.” Tammy Ludlow.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO ABARORANIRWA MU KURWANIRA UKWIZERA​—ABAREZWE N’UMUVYEYI UMWE, MUCE MWISHURA IBIBAZO BIKURIKIRA:

  • Wigira iki ku karorero ka Tammy, Charles, na Jimmy?

  • Muri Zaburi 27:10 hasubiriza umutima mu nda gute abarezwe n’umuvyeyi umwe?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika