ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Mukakaro rup. 15
  • Niwigane urukundo rudahemuka rwa Yehova

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Niwigane urukundo rudahemuka rwa Yehova
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Twungukira gute ku rukundo rudahemuka rwa Yehova?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2021
  • Woba uhimbarwa n’urukundo rudahemuka nka Yehova?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Twokwerekana gute ko dukunda Yehova?
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
  • Yehova aragukunda cane
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2024
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Mukakaro rup. 15

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Niwigane urukundo rudahemuka rwa Yehova

Yehova aratanga akarorero ruheta k’urukundo rudahemuka. (Zb 103:11) Urwo rukundo si inyiyumvo zimara akanya gato maze zikazimangana. Urukundo rudahemuka rusaba kwumira cane ku kintu igihe cose. Yehova yaragaragarije iyo kamere abasavyi biwe b’Abisirayeli mu buryo bwinshi. Yarababohoye abakuye mu buja mu Misiri maze abajana mu Gihugu c’isezerano. (Zb 105:42-44) Yararwanira abasavyi biwe kandi akaguma abababarira igihe bamucumuyeko. (Zb 107:19, 20) Uko ‘tuzirikana twitonze ibikorwa vya Yehova biranga urukundo,’ turavyurirwa umutima wo kumwigana.​—Zb 107:43.

Udufoto: Amashusho yakuwe mw’ividewo ‘Niwiteho ibikorwa vy’ubuntu bwuzuye urukundo vya Yehova.’ 1. Umuvukanyi Capra n’uwundi muvukanyi bagendeye cungere mushiki wacu umwe i muhira iwe. 2. Umuvukanyi Capra, ubu apfunganywe n’abandi bavukanyi, akaba ariko aha udufungurwa umuvukanyi arwaye aryamye ku gitanda.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO ‘NIWITEHO IBIKORWA VY’UBUNTU BWUZUYE URUKUNDO VYA YEHOVA,’ MUCE MWISHURA IBIBAZO BIKURIKIRA:

  • Ni mu buryo butandukanye ubuhe twogaragaza urukundo rudahemuka?

  • Kubera iki kugaragaza urukundo rudahemuka bisaba kugira ivyo duhevye?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika