UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Ntiwigere uheba abo musangiye ukwizera
Incuti za Yobu zarahevye kwifatanya na we (Yb 19:13)
Abana bakiri bato be n’abasuku ba Yobu ntibari bakimwubaha (Yb 19:16, 18)
Abagenzi somambike ba Yobu bari basigaye bamurwanya (Yb 19:19)
NIWIBAZE UTI: Nobandanya gute gukunda uwo dusangiye ukwizera ari mu ngorane?—Img 17:17; w22.01 16 ing. 9; w21.09 30 ing. 16; w90 1/9 22 ing. 20.